BURUNDI

Pour résoudre la crise des réfugiés burundais, Kigali propose de les expulser du Rwanda

Le gouvernement rwandais est-il fatigué de s’entendre dire qu’il instrumentalise les réfugiés rwandais dans le but de déstabiliser le Burundi ?

Rwanda, Burundi : répression et intimidations contre les journalistes

Contre les journalistes, les pouvoirs au Rwanda et au Burundi sont sur la même longueur d’ondes : répression et intimidations se multiplient dans les Grands lacs. 
 

Pour accéder à cet article, vous devez être connecté à votre compte, ou vous devez créer un compte en cliquant ici

Trois grenades explosent à Bujumbura

Au moins une personne a été tuée et cinq blessées à la mi-journée ce mercredi 3 février par l'explosion de trois grenades en plein centre-ville de Bujumbura, la capitale du Burundi, a indiqué le maire.
 

Mw’ishure ryisumbuye ry’imyuga rya Kamenge havugwa kolera

Mw’ishure ryisumbuye ry’imyuga rya Kamenge havugwa kolera. Indwara ya  kolera iravugwa  mw’ishure ryisumbuye ry’imyuga ( ETS ) ryo mu Kamenge. Abanyeshure 6 ni bo bimaze kugaragara ko bafashwe n’iyo ndwara bizwi ko muri kahise imaze gutikiza inganda mu kiyaya c’Imbo.

Le cholera signalé à l’Ecole Technique Secondaire de Kamenge

Des cas de choléra sont signalés dans les enceintes de l’école technique secondaire  de Kamenge. Six élèves sont déjà détectés porteurs du fléau qui, dans le passé, a déjà fait beaucoup de victimes dans la région de l’Imbo.

Haheruka gutorwa ibindi biziga mw’ihuriro ry’uruzi Rusizi n’ikiyaga Tanganyika

Ibiziga bishika bitanu biherutse gutorwa mu Gatumba aho uruzi Rusizi ruhurira n’ikiyaga Tanganyika. Ivyo biziga vyari biboshe ndetse bimaze no kwononekara bikaboneka ko abo bantu bishwe hakoreshejwe inkoho.

De nouveaux cadavres à l’embouchure de la rivière Rusizi et le lac Tanganyika

Plus de cinq cadavres ont été découverts à Gatumba à l’embouchure de la rivière Rusizi  et le lac Tanganyika. Ligotés,  ces cadavres en décomposition avaient des marques des balles.

Abafurero n’Abavuga ururimi rw’ikirundi bariko batana mu mitwe mu buseruko bwa Kongo

Igihe intambara yatangura , nta wokwibajije ko boshitse ku gitigiri bagezeko ubu. Abo ni impunzi z’Abanye Kongo bavuga ikirundi bashika amajana atandatu bagizwe ahanini n’abagore n’abana bamaze guhungira mu Burundi.

Pour accéder à cet article, vous devez être connecté à votre compte, ou vous devez créer un compte en cliquant ici

Umugambwe FNL-Ubugabo burihabwa wongeye gufata ibirwanisho


« Aba FNL barenga 600 baramaze kugandagurwa. Kubw’ivyo , turiteguriye gutembagaza ubutegetsi bwa CNDD-FDD dukoresheje umuheto”.

Pour accéder à cet article, vous devez être connecté à votre compte, ou vous devez créer un compte en cliquant ici

Syndiquer le contenu